Abanyagihugu mu gisagara ca Bujumbura bariruhutsa mu bijanye no kwiyunguruza no kuronka igitoro, bagasaba ko kitosubira kubura. Hari haciye imyaka hafi itanu igitoro ari umuzi w'ibuye mu gihugu, ...